Lumitel yatanze akandi karusho na Télephone L6205

1 2-08-2017 - saa 12:29, Egide NDUWIMANA

Ntimutangwe n’uturusho mwateguriwe na Lumitel, ishirahamwe ryanyu ridahengeshanya kunezereza abanywanyi baryo. Lumitel yagabanyije igiciro c’ iterefone L6205.

Murashaka iterefone nziza ifise ama karata simu abiri, ibateri ya 1000mAh, ifise n’iradiyo FM ? Ego, birashoboka. Lumitel yabazaniye inyishu.

Ya télephone yahora ku mafaranga 30.000 yashizwe ku mafaranga 23.000. Sivyo gusa.. Uguze iyo téléphone uraronka n’utundi turusho nk’ubutumwa bugufi 30 hamwe n’ama méga 30 mu kiringo c’amezi atanu, aho akaba ari mu gihe mwaguze ama inite ashika 500 ku kwezi.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Minanani Philbert 2017-08-09 16:32:19

jew Iconobasaba Nuko Mwoyishira Kubihumbi 20000 Murakoze

Kumenyekanisha