
Abantu 8 nibo bafyuye abandi 2 nabo barakomereka inyuma yaho imodoka igonze abantu bari mw’ibarabara imaze guta inzira muri komine Vumbi mu ntara ya Kirundo.
Amakuru amenyeshwako imodoka yacitse amafire ica yirara mu bantu bari mw’ibarabara.
Abajejwe intwaro muriyo komine basaba ko bofashwa kugira murico gice hashirweho akadunduri bita “Idodane” kugira abagendesha imiduga baca muriyo nzira baze baragabanya umuvuduko kuko aho hantu hama hibonekeje amasanganya nkayo.
Imana ibkire
NAJUWA MUNGU ALITU UMBA NA AKAUMBAKIFO NAWATAKIYA MAPUMUZIKO MEMA PEPONI NAWARE WALIKOSA WATU AWA POL SANA
Andika hano KAHORORO
NTA kundi abapfuye imana irabakira niko bimeze abakomeretse nabo nibavurwe ntakundivyogenda umusi wageze nindege irasha irimukirere? ok.
pole sana bene wacu ntakundi nimwihangane ivyo vyama vyabaye komeza kwihangana