"Keeng" : Umuhora w’indirimbo ku buntu wahawe abanywanyi ba Lumitel

37 28-03-2017 - saa 09:06, Egide NDUWIMANA

Lumitel Burundi yahaye abanywanyi bayo umuhora ubafasha kuronka, kwumviriza, hamwe n’ukuraba indirimbo z’ubwoko bwose kandi zigezweho.
Bakunzi b’indirimbo zigezweho, Lumitel yababereye inyishu mu kubazanira « Keeng », umuhora w’indirimbo.
Ego, uwo muhora ni uwanyu, mwebwe banywanyi ba Lumitel. Muripfuza kwidagadura, kuronka umwanya w’ukwumviriza indirimbo nziza? Lumitel yabibutse.
Ntahandi muzobisanga atari mu banywanyi ba Lumitel, hamwe n’abipfuza guhamvya abandi muri uwo muhora udasiba (...)

Lumitel Burundi yahaye abanywanyi bayo umuhora ubafasha kuronka, kwumviriza, hamwe n’ukuraba indirimbo z’ubwoko bwose kandi zigezweho.

Bakunzi b’indirimbo zigezweho, Lumitel yababereye inyishu mu kubazanira « Keeng », umuhora w’indirimbo.

Ego, uwo muhora ni uwanyu, mwebwe banywanyi ba Lumitel. Muripfuza kwidagadura, kuronka umwanya w’ukwumviriza indirimbo nziza? Lumitel yabibutse.

Ntahandi muzobisanga atari mu banywanyi ba Lumitel, hamwe n’abipfuza guhamvya abandi muri uwo muhora udasiba kubazanira bishasha. Nibisanga kuri WWW.Keeng.bi, umuhora w’indirimbo usanzwe, woroshe kandi unyaruka. Ni ku buntu muri uku kwezi kwose kwa Ntwarante, hamwe n’ukwezi kwa Ndamukiza

Umunywanyi wa Lumitel asabwa gusa kuba afise "Connexion" ya Lumitel, akaja kuri WWW.Keeng.bi

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Paji: 1 | 2 | 3 | 4  

1
claudine Bukuru 2018-09-22 08:09:09

Indirimbo z’Imana

2
Sangwe Guy Sandor 2018-05-27 08:46:48

C Est Pour Voir La Musique

3
Nsengiyumva Deo 2018-05-02 08:53:38

Shaka Mundungikire Indirimb Shasha Ya Diamond Na Harmonaiz Iyindi Nayo Indirimbo Ya Musongati

4
Nsengiyumva Deo 2018-05-02 08:34:14

Nasha Mundungikire Indirimbo Shasha Ya Diamond Na Harmonaiz

5
Niyomukiza floris 2018-04-02 14:09:34

Mukomere

6
Egide 2018-01-06 08:09:01

Nshaka Kuyitereshariz

7
Paul 2017-08-14 04:22:00

nshak Kuyi Tereshariz

8
jean chrisostome ndayavugwa 2017-08-09 12:52:17
9
Enny 2017-07-15 19:44:01
10
Lil 2017-07-11 08:43:07

shak Kuyitereshariz

Paji: 1 | 2 | 3 | 4  

Kumenyekanisha