Kayanza – Kabarore :Umugabo n’umugore bishwe

5 19-09-2018 - saa 11:51, vianney

Uwitwa Daniel NGENDAKUMANA hamwe n’umugore wiwe bishwe mw’ijoro ryo kuruyu wa kabiri buca ari ku wa gatatu igenekerezo rya 19 Nyakanga 2018 k’umusozi wa Buyumpu zone Rugari muri komine Kabarore mu ntara ya Kayanza.

Amakuru atangwa amenyeshako uyo Daniel NGENDAKUMANA yishwe yararongoye urwaruka ruhurikiye mu mugambwe CNDD FDD rwo muriyo zone ya Rugazi aho muri komine Kabarore.

Ayo makuru avuga ko gushika ubu abishe Daniel NGENDAKUMANA bataramenyekana.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Therence 2018-09-22 19:37:47

IZO,NKOHO,BARABIKA,AMAKARA,MUBUSHAMBARA.

2
Busurahende 2018-09-20 10:08:06

Nta wamwishe niwe yiyishe kubera ivyaha bahitiye bakora bica abo batavuga rumwe. Rero yumvise vyamubanye vyinshi aca ariyica, ahitana n’umuhanuzi wiwe mukuru, umucance wiwe...

3
D 2018-09-19 20:13:12

Rp muuuge ayo musyaka ababuz ababo bob barababaye ,mbabajwe nuw mudamu asyobora kuba yabirenganiyemwo

4
Rasana 2018-09-19 13:34:50

Plz kuki ibisubizo byibibaxo byose meumva ko birangirira ku kwica. Iyo wishe inzirakarengane Imana ntibyishimira

5
v 2018-09-19 12:44:55

Andika hano kumbe imbonisi nazozirapfa?Nagirayarikubabona bakirikure?mushoborakubamwihenze ntiyariyo

Kumenyekanisha