Intamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20 baronse uburenganzira bwo kuja muri CAN ya 2019

10 23-07-2018 - saa 09:47, vianney

Umurwi w’intamba mu rugamba wabatarenza imyaka 20 baraye baronse uburenganzira bwo kuja mu nkino z’igikombe ca Afrika inyuma yo gutsinda igihugu ca Zambiya ibitsindo 3 k’ubusa ejo ku musi w’Imana igenekerezo rya 22 Mukakaro 2018.

Intamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20 baronse iyo ntsinzi mu rukino rwo gusubiriza rwabereye ku kibuga citiriwe Urukundo co mu ntara ya Ngozi mu gihe urukino rwa mbere rwabereye i Lusaka mu gihugu ca Zambiya ,Uburundi bwari bwatsinzwe igitsindo kimwe n’igihugu ca Zambiya.

Bitegekanijwe ko inkino nyezina z’ico gikombe z’ibihugu vya Afrika c’abatarenza imyaka 20 zizoba ku mwaka uza wa 2019 mu gihugu ca Niger .

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Irankunda omani 2018-10-13 21:37:59

Shaka mubwire ko sayido berahino azokina ku2

2
ndiriyiman josepf 2018-10-11 05:32:33

intambamurugamba niziduze idarapo ryacuryubu rund nizikomer!!

3
Bucumi Barnabe 2018-10-09 17:23:11

Nashaka Kumenya Inkino Zisiyose Uwarose Balon D Ors Nabakinyi Bigenjeje Neza Murizonkino

4
Sinzinkayo Léonard 2018-09-17 19:14:43

Nashaka Abakinyi Real Imaze Kugura

5
INTEYITEKA BLAISE 2018-08-25 16:05:13

Intamb murugamb nizikomer

6
juventus iranzi 2018-08-22 15:42:15

kwakweri ninahamu yakuona hawo watoto club football intamurugamba katika uwanja nimewasubiri kwahamu

7
dushime fulgence 2018-08-20 23:05:09

none umukinyi sabumukam enock arashobor kuzokin mururwo rukin?

8
Nahimana Salam 2018-07-30 16:52:28

Ndakeje umurwi w,igihugu cacu.... Abakinyi bacu ndabifurije kuroranirwa, batere imbere.. berekaneko Uburundi buriho... Imana Iduhangazee...

9
Vianney 2018-07-24 22:23:44

Icambere nuko nobanza gushmir’Imao data mushobora vyos yaturonkej iyo yo gushka mumatsinda yicogikombe nkongera nkakeza nurwo rwaruka

10
Ernest 2018-07-23 10:19:10

Ndashimye Kbx Ko Imana Yabikoze Kuba Twatsinze Zambie Vyerekana Ko Uburundi Bwacu Ko Burimwo Butera Imbere Mumupira!

Kumenyekanisha