Ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR kimenyesha ko ku mafaranga cari citeze kwinjiza mu kwezi kwa mbere kw’umwaka wa 2017,hiyongereyeko ayashika ibice 3,2 kw’ijana.
Mu cegeranyo cashikirijwe n’ikigo OBR, mu kwezi kwa mbere kw’umwaka wa 2017 ico kigo cinjije amafaranga ashika imiliyaridi 54,63 mu gihe vyari vyitezwe ko cinjiza ayashika imiiyaridi 52,92.
Ikigo OBR kimenyesha ko bagereranije n’ayinjiye mu kwezi kwa mbere mu mwaka wa 2016,hiyngereyeko ibice birenga 7 (...)
Ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR kimenyesha ko ku mafaranga cari citeze kwinjiza mu kwezi kwa mbere kw’umwaka wa 2017,hiyongereyeko ayashika ibice 3,2 kw’ijana.
Mu cegeranyo cashikirijwe n’ikigo OBR, mu kwezi kwa mbere kw’umwaka wa 2017 ico kigo cinjije amafaranga ashika imiliyaridi 54,63 mu gihe vyari vyitezwe ko cinjiza ayashika imiiyaridi 52,92.
Ikigo OBR kimenyesha ko bagereranije n’ayinjiye mu kwezi kwa mbere mu mwaka wa 2016,hiyngereyeko ibice birenga 7 kw’ijana.
Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!