Ikigo API kiramutswa umuyobozi mushasha

2 14-11-2017 - saa 09:58, MUGISHA Van

Leonard SENTORE niwe yagenwe ngo arongore ikigo kijejwe kworohereza abanyamitahe mu Burundi API.

Leonard SENTORE yahoze arongoye ikigo gitoza amakori n’amatagisi OBR yagenywe ngo asubirire Didace NGENDAKUMANA yahora arongoye ico kigo.

Didace NGENDAKUMANA yari yagenywe mu mabanga yo kurongora ikigo API mu kwezi kwa mbere 2016, ubu akaba ari mw’ishirahamwe ARFIC rijejwe ivy’ikawa mu Burundi.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
KELLY 2017-11-15 14:43:06

NIBA AZOBANDANYA ARYA IBITURIRE UKO YABIKOZE MURI OBR,ARENGANYA ABANTU BATOBATO NTAZOKWOROHERWA.JEWE NARINZI KO ARI MUGASHO.UZI AMASOKO YATANZWE KUGIKENYE HARIMWO IVY.IKOBERO......N.IBINDI N.IBINDI

2
bukuru zie 2017-11-14 16:00:46

Baragowe abazotwarwa na SENTORE

Kumenyekanisha