Icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu yatunganije inama n’abakorera mu gisata c’ubutare

2 9-10-2018 - saa 16:54, vianney

Icegera ca kabiri c’Umukuru w’igihugu Joseph BUTORE yatunganije kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 10 Gitugutu 2018,inama n’abashorera ubutare hanze ,abacukura ubutare hamwe n’amashirahamwe atandukanye akorera murico gisata mu ntumbero yo kurabira hamwe intambwe icogisata kigezeko hamwe n’ivyohinyanyurwa.

Bimwe muvyizwe muriyo nama nuko basanze igisata c’ubutare kiriko kiraguka mu gihugu,gusaba ko ibigo OBR,OBM hamwe n’ibanki nkuru y’igihugu BRB vyokarana neza hamwe nuko ibibazo biri murico gisata vyokwirwa kimwe kimwe ukwaco.

Icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu Joseph BUTORE yamenyesheje ko murico gisata ibibazo bihari ariko igikwiye aruko kimwe kimwe cokwicarirwa mu ntumbero yo kubitorera inyishu.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
HACIMANA Nelson 2018-10-19 22:52:16

Ndakwishure sikubera ico wiyunvira,imbibi zuburundi ziracungerewe kand vyizewe.hubwo nukwihweza ihinyanyugwa risha ryukwimba ubutare.mugihugu canyu muricunga nivyanyu,nitwakenera ubufasha naho ntituzobukenera ku rwanda kuk twaba twibeshe cane

2
lg 2018-10-14 17:22:00

Hano bavuze ibyubutre, ni buka ibyo u burundi bwavuze, bwitwarira u Rwanda ko ali rwo rubatwarira ubwo butare, ndetse ni Kawa ikibazo nibajije u Burundi bushaka, ko u Rwanda alirwo, rubarindira imbibi. kikaba, ali ikiraka, baruhaye none bikaba byarabinaniwe! !niba alibyo basese amasezerano niba ataribyo badukureho induru ntituri, abazamu, bubu Rundi

Kumenyekanisha