
Ibanki nkuru y’igihugu c’uburundi BRB (Banque de la Republique du Burundi) imenyeshako amafaranga agizwe n’ibingongoro ariho kandi akwiye.
Clement BUTOKE ajejwe kugenzura amafaranga asohoka amenyeshako ibingorongoro biriho k’urugero rukwiye mw’ibanki nkuru y’igihugu hamwe no mu yandi mabanki y’ubudandaji.
Ivyo biruko mu gihe ibingorongoro vyama vyateye impari hagati y’abiyunguruza n’abagendesha imiduga aho abiyunguruza badasubizwa amafaranga 20 arenga kuyo baba batanze bakabwirwa ko ibingorogngoro vya 10 bitaboneka.
Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!