Gitega : Patiri MUDOMO Marcel yashinguranywe iteka

4 15-02-2018 - saa 13:44, IGIHE

Patiri MUDOMO Marcel yahoze arongoye insamirizi ijwi ry’amahoro yashinguranywe iteka kur’uyu wa kane igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2018. Ibirori vyo kumuherekeza irya nyuma vyereye mu ntara ya Gitega, ari naho yaranguriye ubutumwa igihe kirekire.

Patiri MUDOMO Marcel yarabaye kandi umumenyeshamakuru ku nsamirizi ’’Mariya Burundi’’ yegukira ekleziya katorika mu Burundi,aho yakoreye igihe kitari gito mu gisata c’ibiganiro.

Patiri MUDOMO Marcel arazwi cane n’abaciye kw’ishure ryisumbuye rya Lycee Gitega, kuko yabaye mu bapatiri basoma imisa kuri iryo shuri mu kiringo kitari gito.

Yari yavutse mu mwaka wa 1955, akaba yitavye Imana, kuwa mbere igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2018.


Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
ETIYENNE 2018-06-14 13:09:48

Andika hano NDI ETIYENNE

2
Félix nsengiyumva 2018-02-26 08:28:04

Yoo patiri mudomo yaraphuy ? Non yishwe nik ? Nukur twebw tumwibukira ku kuntu yahora adushikiriza ijambo ry’imana kur radio maria burundi ikindi naco mbaz ibijany nukuganduka bizob ryar ? Mbere yavuka mur nde ? Mwoshobora kuduha histoire yiwe yagutse ?? Nukur mwob mukoz cane

3
erie 2018-02-16 20:17:54

Andika hano nukurinatwetwamukunda ntakuntakundi vyarikub

4
Nsabimana Jean Marie 2018-02-15 20:19:16

Imana imuhe uburuhukiro budahera.Yari incabwenge kandi twamukunda cane canecane mu nyigisho yashikiriza.

Kumenyekanisha