Facebook igiye guhindura uko ikoreshwa n’abanywanyi bayo

1 12-01-2018 - saa 15:57, IGIHE

Facebook yamenyesheje ko igiye guhindura ibintu bikomeye bizotuma abayikoresha baza baravugana ibintu vy’akamaro gusumba, mu buzima bwabo bwa minsi yose.

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko, abantu bazoza bararonka inkuru nyinshi ku bagenzi babo hamwe n’imiryango yabo, mu gihe inkuru zerekeye amashirahamwe n’ibindi bisata zizogabanuka kuri urwo rubuga.

Mark Zuckerberg arongoye Facebook yasiguye ko ibisata vy’ubudandaji n’ibimenyeshamakuru bariko baraka ikibanza gikomeye umuntu.

Mark Zuckerberg avuga ko ivyo Facebook ishira imbere mu nzitizi zihari ubu, ar’uko abantu bazokoresha akanya gato cane kuri urwo rubuga ngurukanabumenyi, ariko uwo mwanya muto uzoba ufise akamaro kanini cane.

Facebook ikoreshwa n’abantu barenga imiriyaridi zibiri kw’isi yose

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
pabur 2018-01-13 06:21:42

Andika hano iyotwanditse tuvuga ibitagenda neza kutegetsi birashika bakaduhiga buhongo kugirango batugirire nabi ntacomwokora mwebwe ngomudukingi

Kumenyekanisha