Econet Leo yatanguje uturusho twa "Naviguez & Gagnez"

4 25-11-2016 - saa 11:04, Egide NDUWIMANA

Econet leo yatanguje akarusho ku banywanyi bayo bagura kandi bakoresha internet. Ako karusho katangujwe na Econet Leo ni "Naviguez & Gagnez", kagafasha abanywanyi baguze internet kuronka amanota.
Amanota umunywanyi aronse aguze internet, uko aduga niko yironkera amahirwe y’ugutsinda mw’ijonjora (Tirage au sort) riba ku munsi munsi.
Akarusho ka "Naviguez & Gagnez" gatanga udushimwe ku batsinze muri iryo jonjora, utwo dushimwe tukaba tugizwe na :
Internet ya GB imwe kuri batanu (...)

Internet ya GB imwe kuri batanu batsinze ku munsi
Routeurs Wi-Fi Huwaei kuri batanu nyene batsinze ku munsi
Ama terefone ngendanwa ya Android azotangwa rimwe mu kwezi.

Kugira umunywanyi yinjire mu bahiganirwa udushimwe twa "Naviguez et Gagnez", asabwa kugura internet ya Econet Leo mu kwandika *405#OK.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
onesime 2016-11-26 21:09:27

none tuzohiganwarwiki

2
sebastien bimenyimana 2016-11-26 12:14:22

ubwo burush butsgw yufise amanota meshi gus

3
2016-11-26 01:00:06

Nivyiza ariko amafaranga biriko nimenshi cane kandi iyo GB uyiguze uyikoresha une seule journeee,urumvako utogura nyinshi ataco uzimaza

4
WWWWWW 2016-11-25 15:17:35

Abo nabamanyanga ahubwo nibugare hakore smart na lumutel gusa abandi nababandi,ehe raba muminsi iheze bakoze ngo "NIHATARI"amahera mwayaha abo mugomvye imiduga muheruka kugurisha,mwayihaye abo mushaka,mbe kirya nicamunara?

Kumenyekanisha