Econet Leo yashize kw’isoko terefone zigurishwa hamwe n’ikarata simu

1 14-10-2016 - saa 11:17, Egide NDUWIMANA

Econet Leo yabazaniye terefone ngendanwa zigurishwa zirimwo ikarata sim "KAZE", uwuguze iyo terefone agahabwa akarusho (Bonus) k’amafaranga igihumbi akoreshwa mu guhamagara, igihumbi gikoreshwa mu kurungika ubutumwa bugufi (SMS), hamwe n’igihumbi gikoreshwa kuri "Internet". Utwo turusho twose umunywanyi aturonswa mu kiringo c’amezi atatu.
Iyo terefone ngendanwa igurwa amafaranga 19.900 y’amarundi, ikagurishwa mu mazu y’ubudandaji yose ya Econet Leo ari mu gihugu cose. Irafotora, ikaba ifise : (...)

Econet Leo yabazaniye terefone ngendanwa zigurishwa zirimwo ikarata sim "KAZE", uwuguze iyo terefone agahabwa akarusho (Bonus) k’amafaranga igihumbi akoreshwa mu guhamagara, igihumbi gikoreshwa mu kurungika ubutumwa bugufi (SMS), hamwe n’igihumbi gikoreshwa kuri "Internet". Utwo turusho twose umunywanyi aturonswa mu kiringo c’amezi atatu.

Iyo terefone ngendanwa igurwa amafaranga 19.900 y’amarundi, ikagurishwa mu mazu y’ubudandaji yose ya Econet Leo ari mu gihugu cose. Irafotora, ikaba ifise :

Ikarata simu "KAZE"

Iradiyo

Itoroshi

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
AHMBONEYE EGIDE 2016-10-15 17:29:00

LEO NUMUHORA MWIZA CANE.TURIKUMWE NAWO.

Kumenyekanisha