Econet Leo yabazaniye “AK’UMUSI” agaseke gashasha k’ubutumwa bugufi

0 23-07-2018 - saa 11:15, vianney

Ishirahamwe ryo gutumatumanako Econet Leo ryatanguje ageseke gashasha mu gisata co kurungika ubutumwa bugufi biciye kuruyo muhora kitwa “ AK’UMUSI”.

AK’UMUSI NI agaseke gashasha kabaha ubutumwa bugufi ku giciro c’amafaranga 50 gusa ugaheze ukarungika ubutumwa 5, mukiringo c’umusi umwe gushika isaha zidandatu zijoro.

Kuwipfuza kugura ako gaseke, Fyonda *406#, wigurire ako gaseke gashasha ka Econet Leo ku mafaranga make.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha