CoupeDuMonde2018: Inkino z’igice ca kane gishira icanyuma ziratangura

7 6-07-2018 - saa 12:03, vianney

Inkino z’igice ca kane gishira icanyuma z’igikombe c’isi yose mu mupira w’amagauru kiriko kibera mu gihugu c’Uburusiya, ziratangura kuruno wa gatanu igenekerezo rya 6 Mukakaro 2018 urukino rwa mbere rukaba ruja guhuza igihugu c’Ubufaransa hamwe n’igihugu ca Uruguay igihe c’isaha cumi z’umuhingamo.

Urundi rukino rutegekanijwe kuruno wa gatanu murico gice ca kane gishira icanyuma c’igikombe c’isi yose ruja guhuza igihugu c’Ububirigi hamwe n’igihugu ca Bresil igihe c’isaha zibiri z’ijoro.

JPEG - 41.5 kb
Urukino rwa mbere rukaba ruja guhuza igihugu c’Ubufaransa hamwe n’igihugu ca Uruguay igihe c’isaha cumi z’umuhingamo.

Inkino zitegekanijwe murico gice ca kane gishira icanyuma ku musi w’ejo igenekerezo rya 7 Mukakaro 2018 n’izizohuza igihugu ca Suede n’igihugu c’Ubwongereza igihe c’isaha cumi z’umuhingamo hamwe n’urukino ruzohuza igihugu c’Uburusiya hamwe n’igihugu ca Croatie igihe c’isaha zibiri z’ijoro.

Ibihugu bisanzwe bikomeye vyahabwa amahirwe kuzotahukana ico gikombe vyarasezeye iryo higanwa nk’igihugu c’Ubudagi gifise igikombe giheruka mu mwaka wa 2014, ibihugu vya Argentine,Espagne hamwe na Portugal.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Bucumi Vincent 2018-07-14 22:00:38

Final Ndibaza Neza Kwi Zoba Ishushe Cane.

2
Jean Bosco 2018-07-09 20:39:55

brasir yarambabaj can kand birenz niytnazigak intsinz kwek mtakund reka tugum turinyim yu bufaransa kabis

3
cedrick 2018-07-07 07:22:56

Andika hano KOMUTA NYISHURA?

4
cedrick 2018-07-07 07:01:07

Andika hano hatsi nzende

5
EGIDE 2018-07-06 22:26:10

NDI EGIDE WI SHANGO BRÉSIL YA MBABAJE.

6
Hitimana 2018-07-06 20:12:48

Andika hano Ntabwo Biboroheza Buryabuhinga Bwanone Nubwabazungu

7
NYABENDA FABIEN 2018-07-06 13:59:08

NDAVYE NEZA BEREZIRE IRATSINDA. NAKOROWASIYA IRATSINDA MURAMBWIRA INKINO ZIRANGIYE.OK

Kumenyekanisha