Cankuzo &Muyinga: Imiryango 117 yakiriwe ihungutse ivuye mu gihugu ca Tanzaniya

0 14-06-2018 - saa 11:59, vianney

Abantu bangana 354 nibo bakiriwe bahungutse bavuye mu gihugu ca Tanzaniya kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 13 Ruheshi 2018 mu ntara za Muyinga na Cankuzo.

Abahungutse baciye mu ntara ya Cnakuzo n’imiryango 108 igizwe n’abantu 336 harimwo abagabo 158,abagore 80 hamwe n’abana 198 bose bakaba bavuye mu nkambi ya Mutenderi mu gihugu ca Tanzaniya.

Imiryango ishika 9 yaciye muri komine Buhinyuza mu ntara ya Muyinga igizwe n’abagabo 5,abagore 4 hamwe n’abana 9.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha