Cankuzo –Murehe : Abantu 60 bariye imfungurwa zirimwo ubumara bagwaye

2 3-10-2018 - saa 08:34, vianney

Abantu 60 bari mu rubanza rw’urusengero rw’abadivantisite kw’igenekerezo rya 28 Nyakanga 2018 bagwaye inyuma yaho bariye imfungurwa zivurwa ko zarimwo ubumara.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE avuga ko 30 murabo bantu bariye izo mfungurwa bajanywe kw’ivuriro ry’i Murehe aho mu ntara ya Cankuzo.

Ayo makuru abandanya avuga ko amatohoza kuvyerekeye abo bantu ariko arabandanya.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Ferdinand 2018-10-11 22:41:32

NI HATALI KWELI ! KUBONA HAPFA ABANYACANKUZO GUSA ! MANA DUFASHE KANDI UTUZIGAMIRE ABASIGAYE .

2
Stanslaus 2018-10-10 20:04:11

Tubipfurije gukira ningoga

Kumenyekanisha