Umusore azwi kw’izina rya Dieudonné Ndikumana ari mu minwe y’igipolisi kuva kuwa kabiri igenekerezo rya 7 Ruhuhuma ,umwaka wa 2017 muri Komine Songa intara ya Bururi.Uwo musore yafatanywe inti za magendu.
Amakuru ava muri komine Songa y’intara ya Bururi amenyesha koyafatanywe inoti zitandatu za magendu z’amafaranga ibihumbi bitanu.
Ayo makuru nyene amenyesha ko imbere y’uko Dieudonné Ndikumana afatwa n’igipolisi ashobora kuba yari amaze gusohora izindi noti za magendu zitari nke.
Musitanteri wa (...)

Musitanteri wa Komine Songa asaba abanyagihugu kwama bari maso,bagakurikirana amafaranga aba ariko arakoreshwa.
Ko Nkulikiye yatevye kuvyegeka k’u Rwanda?hhiiihhiii
Nukuvugako Arubukene Mugabo Nubwo Yafashwe Ndibazanezako Atariwenyene.Ahubwo Nibamugireko Amatoho Kuko Ntiyobikorawenyene Vyobabirikumwe Nabandi Nabarundi Barayamaze Ati Ibuyeriserutse Ngontiryica Isuka Abenegihugu Batewe Akamo Bame Maso Kuko Ivyo Bicafuza Igihugu