
Inkoho imwe ,ibikono vy’amasasu bibiri hamwe n’ amasasu atatu nivyo vyatowe ku musozi Gatobo komine ya Burambi mu ntara ya Rumonge.
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako ivyo bigwashinisho vyatowe n’abanyagihugu bo kuruwo musozi wa Gatobo.
Ayo makuru avuga ko iyo nkoho ubu iri ku biro vy’abajejwe umutekano muri komine ya Burambi.
Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!