Bujumbura –Mutimbuzi: Uwitwa Leopold NZIGAMASABO yatowe ikiziga

4 9-10-2018 - saa 16:49, vianney

Umuntu yitwa Leopold NZIGAMASABO yatowe ikiziga kuruno wa kabiri igenekerezo rya 10 Gitugutu 2018 ku musozi Kinyinya mu Rukaramu muri komine Mutimbuzi y’intara ya Bujumbura igihe c’isaha cumi na zibiri n’inusu z’agatondo.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano bwo kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako Leopold NZIGAMASABO w’imyaka 25 yapfuye yiyahuye akoresheje umugozi.

Ayo makuru abandanya avuga ko icatumye uyo Leopold NZIGAMASABO yiyahura kitaramenyekana.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Damas 2018-10-14 08:53:23

se suicider est une action involontaire! cela est provoqué par un troble psychique!

2
Evariste Barutwanayo 2018-10-11 18:40:56

Bagenzi nkunda,ntaciyica kiba gifis impamvu.

3
NDAYIHIMBAZE Lewis Wisanzu Rutovu 2018-10-10 17:27:21

Imana Ize Indind Ubwo Bugesera Mura Dutohorez Twunve Vyukuri Icatumye Yiyahura.

4
Havyarimana 2018-10-10 12:14:16

Nibareke Kwiyahu Kuko Nicaha Imana Iravyanka.

Kumenyekanisha