Bishasha muri Tecno mobile hamwe na telefone "Tecno SPARK"

1 28-08-2017 - saa 16:41, Egide NDUWIMANA

Muguma mufise ugushaka gufata amasanamu aho mugeze hose?? Murashaka kuguma mwibuka ibihe vyose biryoshe mwaciyemwo??

Ishirahamwe Tecno mobile ryabazaniye terefone ngendanwa nshasha y’agakura! Tecno SPARK, iterefone idasanzwe, yoroshe gukoresha kandi ku giciro kitavuna.

Hamwe na Tecno SPARK, hitamwo aho gufata amasanamu, hama ufyonde bukebuke ku "menya mirongo ndangamutu" (Empreinte digitale) uheze ubike ibihe ntibagirwa mu mwanya muto kandi utigoye.

Muri ahantu hari umwijima? Ntimuzokwidoga na Mix flash ya tecno SPARK, kuko ni umuco ubonesha isanamu mu buryo budasanzwe aho muba muri hose, uko haba hameze kwose.

Ntimutangare! Iyo "menya mirongo ndangamuntu" (Empreinte digitale) ntimenya gusa umuntu ariko arakoresha iyo terefone, mushobora no kuyikoresha mushaka gufata amasanamu y’ubuzima bwawe mu musegonda umwe.

Hamwe n’ishirahamwe Tecno Mobile, baho hama ureke terefone ikore ibisigaye.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Noentaw1 2017-08-29 08:45:34

ibiciro navyo?

Kumenyekanisha