Big Fizzo : Video "ya Urambabaza" yagiye ahabona

7 20-07-2017 - saa 11:21, Egide NDUWIMANA

Isanamu y’ururirimbo urambabaza rwa Big Fizzo yasohotse iri mu rutonde rw’indirimbo uwo muririmvyi ariko ashira mu rukurikirane yise FIZZOLOGY.

Abamaze kubona iyo sanamu ku rubuga rwa Youtube rwa Big Fizzo babandanya kumukeza ko ari isanamu nziza, ikozwe kandi mu buhinga bwa none

Isanamu yakozwe n’umuhinyanyuzi Kent P asanzwe akorana na Sat=b

Irabire uko isanamu y’ururirimbo ikoze

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
niyonkuru almonde 2018-09-04 08:14:17

nagomb mumpe akanimero ka big fizzo

2
j,claude 2018-08-11 20:38:33

shakainimero yafizzo

3
Niyonzima 2018-08-02 20:46:13

Amakuru mari meza

4
niyoyafashije 2018-06-27 23:39:08

Andika hano

5
nduway egide 2018-03-06 19:59:29

nashak kovyuguruk

6
nimubona epimack 2018-02-03 14:15:24

jew nagomba mumpe ifoto big fizo

7
hakizimana dags 2018-01-29 08:03:02

fizo

Kumenyekanisha