Izo nkino zabereye mu gihugu hagati zikaba zagaragaje ko imigwi yo mugisagara ca Bujumbura igifise ico isumvya iyo mu gihugu hagati kuko yose yatahukanye intsinzi yorohewe cane haba mu bagabo canke mu bigeme.

Mu bahungu,inkino zagenze uku gukurikira, mu migwi 24 yaserutse :

Urunani BBC 107-28 Cibitoke.
Gymkhana 85-59 Muramvya.
Kern 89-46 Bujumbura Rural.
New Star 84-24 Bubanza.
Mwaro 78-65 Imbeya (Gitega).
Target(Ngozi) 83-33 Kirundo.
Messager Ngozi 50-36 Kayanza.
Cankuzo 42-25 Ruyigi.
Young Eagles(Gitega) 93-48 Karuzi.
Rutana 68-65 Makamba.
Rumonge 53- 58 Bururi.
Friends Team (Ngozi) 64 – 35 Muyinga.

Mu bigeme ku migwi umunani yitavye izo nkino inkino batsindanye uku gukurikira :

Berco Star 84-24 Mwaro.
Les Gazelles 111-12 Rumonge.
Ngozi 46-25 Gitega.
Aigle Noire 87-20 Makamba.

Izo nkino zikaba zigiye kubandanya ku migwi yatsinze ikaja mu gice gikurikira, aho bitegekanijwe ko zizorangira mu mpera z’umwaka.



ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

Izina

Email


IVYIYUMVIRO

IZINDI NKURU

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha
2015 ©. All rights reserved