Babriyano: Video y’Ururirimbo "Urabibona" yamaze kuja k’umurongo

0 21-07-2017 - saa 11:23, IGIHE

Umuhinyanyuzi Adriano yasohoye vidéo y’ururirimbo yakoreye umuririmvyi Babriyano. Adriano avuga ko ashimishwa n’ico gikorwa kuko nuwo yagikoreye nawe ashima, kandi atari irya mbere bakoranye mu gisata ca vidéo.

Video yasohotse n’iy’iruririmbo "Urabibona" y’umuririmvyi Babriyano ariko atera intambwe mu muziki ndundi. Babriyano azwi kandi mu ruririmbo "Ariho" rwakozwe na Adriano nyene. Arazwi kandi no mururirimbo yise "Umunyenga".

Adriano avuga ko yatanguye akorana n’abaririmvyi bo mu gisata ca Gospel, aho abatari bake yabakoreye vidéo z’indirimbo zitandukanye maze zikanakundwa cane. Ubu rero umuhinyanyuzi Adriano yaguye imbibe kuko yatanguye gukorana n’uwo wese amwituye.

Kurikirana ururirimbo urabe na video y’ururirimbo "Urabibona"

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha