Amanota y’abakoze ikibazo co kuja mu mashure y’akarorero yashizwe ahabona

2 3-09-2018 - saa 13:06, vianney

Ubushikiranganji bw’indero,inyigisho z’ubuhinga hamwe n’imyuga bumenyeshako amanota y’abana bakoze ikibazo co kuja mu mashure y’akarorero yatanzwe ku biro bijejwe inkino ku makomine kuva kw’igenekerezo rya 2 Nyakanga 2018.

Mw’itangazo ryasohowe n’umushikiranganji w’indero,inyigisho z’ubuhinga n’imyuga,Janviere NDIRAHISHA amenyeshako abayobozi b’indero ku rwego rw’amakomine hamwe n’abayobozi b’amashure nshingiro bafadikanije n’abigisha mu mwaka wa 6 gutegura ikosorwa ry’ico kibazo cakozwe kuva kuruyu wa mbere.

Janviere NDIRAHISAHA avuga ko mu gihe habonetse aberekanye ko bihenze mu kubakosora bitegerezwa gushikira umurwi ubijejwe bitarenze igenekerezo rya 4 Nyakanga 2018.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Nkurunziza Jules 2018-09-05 20:57:56

Mutubwire Minerval Izorihwa Mu Mwaka W Ishure 2018-2019 ku banyeshure bo muri internat na externat

2
TUYISHIMIRE GÉRARD 2018-09-04 07:18:48

none abakoze ikibazomuwicenda bagatora amanot atari ayarise bazomenya ahobazojakwiga?mwobitumenyesha?

Kumenyekanisha