
Imirima ya kijambere y’umurimyi akaba n’umurwizambuto, Charles MBONANKIRA wo mu ntara ya Kayanza. Uwo murimyi akaba n’umworozi arima ibiraya, umuceri, ingano, ibigori, hamwe n’ibiharage.
Uko umwaka utashe, Charles MBONANKIRA avuga ko yimbura itoni zirenga ijana z’ibiraya, 20 z’ingano, hamwe na 60 z’ibigori.
Ni ashigkiirwe hamwe n’abandi barimyi. Abavuga ngo nta kazi kariho , mu burimyi karuzuye . Nayo ku kijanye n’uburyo benshi bitwaza , ni baze tubigishe PIP Mboniyongana
Andika hano
Ndasavye abantu bakunda igihugu bafashe urwaruka baronke akazi kuko barihebuye bigatuma bamwe bajaninzira zubugizi bwanabi horonderwa akazi bakora nacanecane mugushigikira igisata cuburimyi
uburimyi nigisa gikwiye kwitabwaho kuko gitunze imiryango myinshi