Adjobalove yasohoye ku munsi w’amavuka yiwe isanamu y’ururirimbo rushasha

2 11-04-2018 - saa 16:15, Egide NDUWIMANA

Umuririmvyi wo mu mudiho wa "Raggae" Adjobalove asanzwe ahimbaza isabukuru y’amavuka yiwe kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2018 yasohoye amasanamu y’ururirimbo rwiwe "I’m Refugee", bisigura "Ndi impunzi".

Muri urwo ruririmbo, Adjobalove NDUWIMANA yumvikana avuga ati : "Impunzi zibayeho mu buzima bubi mu makambi y’impunzi."

Abandanya agira ati : "Ntufate nabi impunzi, kuko uwu munsi ndi impunzi, nawe ejo ushobora kuba impunzi."

Yongera ati : "Sinarinzi ko nobaye impunzi."

Umviriza aha munsi ururirimbo rwa Adjobalove NDUWIMANA

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Ebert Igiraneza 2018-07-07 16:53:51

Yagize Neza

2
GERARD NGENDAKUMANA 2018-04-13 03:39:33

EGOME CANE AD JOBALOV NKABAFANA TUKWEMERA TUBADUKENEYE NKINDIRIMBO ZAWE ZISHA HARIMWO NKIYONGIYO ZIR ODIO!! POW.

Kumenyekanisha