Abazoserukira intara z’Uburundi mu gice ca nyuma ca Miss 2017 (Amafoto)

0 12-06-2017 - saa 16:50, Egide NDUWIMANA

Abakobwa bagera kuri 18 nibo bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi, abo akaba aribo bazotorwamwo umukobwa wa mbere mwiza kandi aciye ubwenge (Miss Burundi 2017).

Ihiganwa ry’igice ca nyuma rizoba kw’igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017, abigeme 18 baserukira intara zose zigize Uburundi akaba aribo bazotorwamwo uwa mbere azohabwa agashimwe k’imodoka.

Uwumukurikira (1ere Dauphine) azohabwa agashimwe k’amafaranga y’amarundi umuriyoni umwe n’ibihumbi amajana atanu, uwundi nawe (Deuxieme Dauphine) ahabwe agashimwe k’umuriyoni umwe w’amafaranga y’amarundi.

Abakobwa 18 bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa, hamwe n’intara bazoserukira

1. HATUNGIMANA Orneilla : Bujumbura Mairie

2. MUCO Ariane : Mwaro

3. GATEKA Monia : Cankuzo

4. HABONIMANA Monia : Muramvya

5. NKURIKIYE Kelly : Cibitoke

6. RUPARI Sainte Inès : Rumonge

7. NDACAYISABA Edith Modeste : Kayanza

8. DUKENGURUKE Fleurette : Bururi

9. NIKUZE Annie Bernice : Ruyigi

10. NGABIRANO Kelly Daniella : Bujumbura rural

11. MUGISHA Luce Charlène : BUbanza

12. IRAKOZE Ladouce : Ngozi

13. AKIMANA Arlette : Karusi

14. KEZIMANA Vanessa : Makamba

15. IRAKOZE Vanilla : Muyinga

16. INEZA Synella Noria : Kirundo

17. GAHIMBARE Lyse : Rutana

18. KANEZA Kelcy : Gitega

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha