Abanyeporitike b’Uburundi bari mu nama ibahuza mu kayanza

0 3-08-2018 - saa 11:33, vianney

Abanyeporitike hamwe n’abakuru b’imigambwe barahura mu nama kuruno wa gatanu igenekerezo rya 3 Myandagaro uyu mwaka wa 2018 mu ntara ya Kayanza,mu nama itegura urupapuro rw’inzira rw’amatora ategekanywa mu mwaka wa 2020.

Imigamwe 21 kuri 32 yemewe mu gihugu c’Uburundi niyo yitavye iyo nama ihuza abanyeporitike aho bitegekanijwe ko igihe c’isaha umunani n’inusu ariho haterwa umukono k’urupapuro rw’inzira rw’amatora ategekanywa mu mwaka wa 2020.

Iyo nama ihuza abanyeporitike yateguwe yongera itunganywa n’ubushikiranganji bujejwe intwaro yo hagati mu gihugu hamwe n’inyigisho zo gukundisha igihugu.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

62910 10 19-04-2017
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha