Abantu 728 bahungutse bavuye muri Tanzaniya

3 6-11-2018 - saa 12:18, vianney

Abantu 728 nibo bakiriwe bahungutse kuruno wa kabiri igenekerezo rya 6 Munyonyo umwaka wa 2018 bavuye mu nkambi z’impunzi za Nduta na Mtendeli zo mu gihugu ca Tanzaniya.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo bahungutse bagizwe n’imiryango 258 igizwe n’abagabo 398 hamwe n’abagore 330.

Ayo makuru abandanya avuga abantu 718 murabo bahungutse bava mu ntara ya Ruyigi,abashika 8 nabo arabo mu ntara ya Cankuzo mu gihe abantu 2 nabo arabo mu ntara ya Karusi.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Burundi bwacu 2018-11-08 23:56:39

Grand bonjour.Y-a-t il quelqu’un qui est au courant du lieu ou se trouve Mr.V.Ndayahoze,ancien Directeur de Right To Play Burundi?Je suis son oncle et depuis qu’il était exilé au Rwanda en Juillet 2015 après coup d’Etat déjoué,la Famille n’a plus sa nouvelle.Veuillez envoyer l’information á bizoza@gmail.com

2
nkurunziza arexis 2018-11-07 15:51:44

Andika hano nivyizakweri kubabenewacubatashe imananihabwicubahiro jewefisikibazo kukiperezidawurwanda atarekura abarundi ahubwonabasigeyetanzaniyabotahatukubaka igihugucacumurakoze

3
hakizimana etienne 2018-11-06 13:24:10

Andika hano.jewe icombona abobantu bahungutse nibabwire bagenzibabo .basigayeyo kobotaha kuko muburundi amahoro niyosekuko ikiro cimbaranga.KG300FBUHARIBESHIBARI BAHUNZE INZARA UBU.MUBUNDI DUFISE IMANA DUFISE UMUTWARE MWIZA DUFISE NIVYO DUFUNGURA NKURUNZIZA PETERO RAMBA MUGIHUGU MUTAMA MAGUFURI NAWE WATANZANIYA NADUFASHE ABARIYO BAHUNZE ABAHUNGURE AREKE ABICIRA AGAHERA BIHANGAYIKIRE KUKO BOBO BAKARONSE BARATAHA

Kumenyekanisha