Abantu 51 bahungutse bakiriwe ku kibuga c’indege ca Bujumbura

4 12-07-2018 - saa 07:46, vianney

Abarundi 51 nibo bahungutse kuruno wa gatatu igenekerezo rya 11 Mukakaro 2018,bavuye mw’ikambi y’impunzi y’i Kakuma yo mu gihugu ca Kenya.

Abantu 44 murabo bahungutse bava mu ntara ya Kirundo,6 nabo mu ntara ya Cankuzo hamwe n’umuntu umwe wo mu ntara ya Ngozi.

Abo barundi bakiriwe n’umuyobozi mukuru ajejwe ivyo guhungura abantu mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, bagizwe n’abagabo 23 hamwe n’abagore 28.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
adamu 2018-07-23 13:33:06

murakaza murisanga ntwe turimurwanda ariko imananidufasha tuzotaha

2
assan bikorimana 2018-07-17 18:11:35

Nukuri tubahayikaze kuko, uburundininyabagendwa, Nibazebarengera, invugozabanyeporitikibamwebamwe.
Bansumirinda.
Imana, ibahezagiriremubabonomuvyabo.
bagirahobababubahwe.

3
karumbeti eloi 2018-07-12 20:41:04

Nibaze Ntangorane Nibene Wacu Bakugwacu Barumunacu Bashikacu Kaze Murisanze

4
NTEZUKOBAGIRA JUSTIN 2018-07-12 16:12:39

KAZE BENE WACU ! KIRA UBUHUNGIRO , KIRA ISHAMBA , KAZE MUBANYU NO MU VYANYU MUGIRE AHO MUBA KANDI MWUBAHWE MUGIRE IJAMBO.

Kumenyekanisha