Abantu 48 bahungutse bashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura

2 4-07-2018 - saa 17:28, vianney

Imiryango 10 igizwe n’abantu 48 bahungutse bashitse kuruno wa gatatu ku kibuga c’indege ca Bujumbura bavuye mu nkambi y’impunzi iri mu gihugu ca Kenya.

Abo bantu bose uko ari 48 bava mu ntara ya Kirundo.

Bitegekanijwe ko zimwe mu mpuzu ziyandikishije kugira zihunguke zivuye mu nkambi y’impunzi ngaho mu gihugu ca Kenya zizozanwa mu mirwi ine.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Ngendakumana.Jean.Baptiste 2018-07-06 21:33:23

Abo.Barundinibatahedusangireijumpubirezecane.Ubuhungirontamakiroarimwo

2
Twaje 2018-07-05 16:28:17

Nimwitahire kuko ubuhungiro bwomwinomyaka busigaye arakayobera abahinga! Umvanamwe ayomashirahamwe yitwa mpuzamakungu ahokubafasha nokubakingira usanga abajamwo abigisha ivyubukozibwibibi harimwo nokubabwira ngo nimuhamagare nabandimwasize mugihugu bahunge ngobazoze bavuga kobahunze ibinibi!

Kumenyekanisha