Abana bagiye gutangura guhabwa urucanco rwa Malariya

5 24-04-2017 - saa 18:08, Egide NDUWIMANA

Urucanco rwa mbere rw’indwara ya malaria rugiye gutangira gutangwa muri Ghana, Kenya na Malawi.
Abana bagera ku bihumbi 750 bazokingirwa malaria mu gihe c’imyaka ibiri, bahereye mu mwaka uza, nk’uko BBC ibivuga.
Ishami rya ONU ryitaho amagara y’abantu kw’isi (OMS) ryabishikirije inyuma urwo rucanco rwerekaniye ko abana bane kuri cumi bakozweko ibipimo berekanye ko badashobora kwandura (...)

Urucanco rwa mbere rw’indwara ya malaria rugiye gutangira gutangwa muri Ghana, Kenya na Malawi.

Abana bagera ku bihumbi 750 bazokingirwa malaria mu gihe c’imyaka ibiri, bahereye mu mwaka uza, nk’uko BBC ibivuga.

Ishami rya ONU ryitaho amagara y’abantu kw’isi (OMS) ryabishikirije inyuma urwo rucanco rwerekaniye ko abana bane kuri cumi bakozweko ibipimo berekanye ko badashobora kwandura Malaria.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Eric 2017-08-21 22:55:07

Duhe Imisegetera

2
HAKORIMANA MECHACK 2017-06-02 10:55:08

NONE INGOZIKOHARIMALARIYANYISHI HOHOMUZOHASHIKARYARI

3
Hakizimana Abdoul 2017-05-13 04:40:08

None urwo Rucanco Ruzo Hera Kumyaka Ingahe

4
Don't worry 2017-04-26 17:58:36

Bane kuri cumi gusa? Hanyuma ntangaruka mbi ruzana mu mubiri?
Mubisanzwe urucanco rwemerwa ruvura abangana iki kuri cumi? Jewe nagira ngo barinda gushika icenda! Utibagiye ko incanco zuzuyemwo ubumara bufise ingaruka mbi kenshi zitamenyekana imbere y’imyaka myinshi.

5
gilb 2017-04-25 01:46:47

mu burundi hoho ntirukenewe?! ruzohagera ryari?! abana b’abarundi nabo bararukeneye

Kumenyekanisha