Abakozi b’ikigo CNPK batanze intererano y’amatora ya 2020

0 6-07-2018 - saa 16:33, vianney

Abakozi b’ikigo kivura abagwayi bo mu mutwe CNPK (Centre Neuropsychiatrique de Kamenge) bita « Legentil » batanze intererano y’amatora yo mu mwaka wa 2020 ingana n’amafaranga umuriyoni umwe n’ibihumbi ijana vy’amafaranga y’amarundi.

Diomede NDABANEKEYE yaserukiye abakozi b’ikigo CNPK yamenyesheje ko batanze iyo ntererano mu ntumbero yo kwitaba akamo katewe n’umukuru w’igihugu ko kwitunganiriza amatora mu ntumbero yo gutsimbataza intahe yo kwikukira.

Ejo ku musi wa kane igenekerezo rya 5 Mukakaro 2018 niho ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bwugurura k’umugaragaro uko abanyagihugu hamwe n’abatakora ubuzi bagiye gutanga intererano y’amatora ya 2020.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

11124 4 16-01-2018
Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

Nta ciyumviro kirajako. Ba uwa mbere!  

Kumenyekanisha