Abaherutse kugenwa mu murwi CENI barahiye murayo mabanga

2 18-09-2018 - saa 14:58, vianney

Abaherutse kugenwa mu murwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI, barahiye murayo mabanga kuruno wa kabiri igenekerezo rya 18 Nyakanga umwaka wa 2018 imbere y’umukuru w’igihugu ,inama nshingamateka na nkenguzamateka hamwe n’imbere ya sentare ijejwe kubahiriza ibwirizwa nshingiro.

Mu kurahira abo bagize umurwi umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora ukuboko kw’ibubamfu kwari gufashe ibendera ry’igihugu ni ry’ubumwe bw’Abarundi.

Mu majambo bagiye barasubiramwo bavuga ko bagiye kurangura neza ibikorwa bajejwe na cane cane gutunganya amatora ataho bahengamiye.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
zab.ntakugugumwa 2018-09-20 16:22:56

ahubwo amatora yansekugera ngo twereke abazungu ko dushoboye?nyakwubahwa wacu hamwe n’abandi baturongoye na cane cane twebwe abagumyabanga,guma kw’ivora abarundi b’abagumyabanga tubari inyuma dufadikanije n’Imana yo y’abagumyabanga ok ntitubaha

2
Busurahende 2018-09-19 13:24:28

Baba abarahiye canke ababarahije, bose nico kimwe nibo badushize mu kaga duhitiyemwo nta cizere tubafitiye. Iyo bataba bo ubu Abarundi tuba twitekaniye.

Kumenyekanisha