Abagize umurwi w’amatohoza mu Burundi ntibemerewe guhonyora mu Burundi

3 13-09-2018 - saa 07:58, vianney

Abagize umurwi ujejwe amatohoza mu Burundi kubijanye n’agateka ka zina muntu aribo Doudou Diene,Lucy Asuagbor hamwe na Francoise Hampson ntibemerewe guhonyora ku gataka k’igihugu c’Uburundi kuva kw’igenekerezo rya 11 Nyakanga umwaka wa 2018.

Mw’ikete umushikiranganji w’imigenderanire w’Uburundi Ezeckiel NIBIGIRA yandikiye abo bagize uyo murwi w’amatohoza yamenyesheje ko Reta y’Uburundi ibabajwe n’icegeranyo c’ibinyoma bashikirije kw’igenekerezo rya 5 Nyakanga 2018 ku cicaro i Geneve ku bw’ivyo batemerewe guhonyora mu Burundi.

Ezeckiel NIBIGIRA avuga ko ico cegeranyo cabo kigizwe n’ibinyoma kandi Uburundi budatahura icoba cinyegeje inyuma yaco.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
Serges Nkeshimana 2018-09-14 23:25:59

None Kuki Batemerew Kuza Kurwego Rw’itohoz

2
Mabuye 2018-09-14 09:58:12

Abo nibo batumye isi itaronka amahoro

3
Dionesie 2018-09-13 16:20:15

IMANA NINKURU

Kumenyekanisha