Abagirizwa kwiba amafaranga mu gisagara ca Bujumbura bafatiwe i Muyinga

2 6-10-2018 - saa 14:14, vianney

Abagirizwa kwiba amafaranga angana imiriyoni 2 y’amafaranga y’amarundi kw’ibarabara rya mbere muri zone Cibitoke komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura bafashwe kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 6 Gitugutu 2018 muri zone Mukoni komine Muyinga mu ntara ya Muyinga.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo bafashwe ari Eric NSABIMANA w’imyaka 20 ava mu ntara ya Kayanza hamwe na Diomede NDUWIMANA w’imyaka 22 avuka mu ntara ya Ngozi.

Ubwo busuma bwabaye mu ndwi zibiri ziheze mu gisagara ca Bujumbura komine Ntahangwa zone C’ibitoke kw’ibarabara rya mbere inomero 86 k’urugo rw’uwitwa Diomede NIYIMBONERA.

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Izindi nkuru wasoma

Kumenyekanisha

ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKA RY'ICIYUMVIRO CAWE

1
NDI JOEL ABO BASUMA BAKWIYE GUHANWA KUKO KURYA IVYO UTAKOREYE NICAHA . 2018-10-15 21:06:11

ABO BASUMA BAKWIYE GUHANWA KUKO KURYA IVYUTARONDEYE NIBIBI NIBAHANWE BISHIMISHIJE.

2
Ngendakumana jean baptiste 2018-10-11 21:16:21

Ahubwonimujisheivyobisumankeka Amahoroyobonekamuburundi.murakoze

Kumenyekanisha